NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI
Visiteur |
/ #159 Mots à WIYOTS'IKI2013-04-30 08:58WIYOTS'IKI (http://www.reverbnation.com/paskl/songs#) Wiyots'iki, mutegetsi, iyi ndirimbo ni rwawe Igihe navuga "BAZORIRA", wagira ngo ninde Mbarira? (Verse 1) Wiyotsa iki mutegetsi Wiyotsa iki mushinga mateka Wiyotsa iki mukenguza mateka Wiyotsa iki mushikiranganji Wiyotsa iki muyobozi Wiyotsa iki mushingwantwaro Wiyotsa iki munyapolitike Wiyotsa iki muvyukuri wiyotsa iki wiyotsa iki utinya ko kija ahabona Wiyotsa iki ushaka kiba akamizwe n'ingoma Wiyotsa iki kigutera ubwoba Wiyotsa iki ugerako ugasha Wiyotsa iki wiyotsa iki (Churus) Ubwo si ryatunga ry'igihugu wam'usahura Ubwo si babanyagihugu wama ukubagura Ubwo si zanzirakarengane uguma utoteza Wiyotsa iki vugisha ukuri wiyotsa iki Mutegetsi tubarire tubarire twumve Wiyotsa iki vugisha ukuri wiyotsa iki Mutegetsi (Verse 2) None nk'abo bamenyesha makuru ubahora iki nimba ataco wiyotsa Utinya iki muvyo bashikiriza n'iki udashaka ko bagaragaza coba ari igiki kikumaramaza Bwoba ari bwabunyonyezi bugutera isoni canke yamihambi igayitse ukorera munguni Wiyotsa iki kigutesha umutwe Muvyukuri wiyotsa iki wiyotsa iki Kikuraje ishinga Wiyotsa iki kigutesha ibanga wiyotsa iki Kikuraza maso wiyotsa iki Kiguharika amaraso wiyotsa iki wiyotsa iki (Chorus) Ubwo si ryatunga ry'igihugu wam'usahura Ubwo si babanyagihugu wama ukubagura Ubwo si zanzirakarengane uguma utoteza Wiyotsa iki vugisha ukuri wiyotsa iki Mutegetsi tubarire tubarire twumve Wiyotsa iki vugisha ukuri wiyotsa iki Mutegetsi (Bridge) Ibuka ugihinda agashitsi utarashikira ubutegetsi Ukuntu utacana uwaka n'abategetsi Nikangahe abamenyesha makuru bahowe kuguha ijambo kandi bariko bakora azi kabo Wibagira vuba wibagira vuba Reka abo bamenyesha amakuru bikorere erega abanyagihugu barakeneye kumenya ============================= Written & Recorded by: Pascal M Produced by: Dj Daddy |
|
Y a-t-il quelque chose que vous voulez changer ?
Le changement n'a pas lieu en gardant le silence. L'auteur de cette pétition a eu le courage de ses opinions. Allez-vous faire de même ? Lancez un mouvement social en créant une pétition.
Lancez votre propre pétitionAutres pétitions qui pourraient vous intéresser
Mobilisation citoyenne contre la mise en marché collective et exclusive du bois de sciage et de déroulage du Syndicat des producteurs de bois de la Côte-du-Sud
451 Créé: 2024-12-24
Évitons l’abattage contre l’IBR
210 Créé: 2025-01-02
Non au rapatriement massif de personnes extérieures à La Réunion.
169 Créé: 2024-12-27
Soignants suisses contre l'impunité d'Israël !
82 Créé: 2025-01-02
RECONNAISSANCE DU SIEGE EMPECHE DE BENOIT XVI ET CONVOCATION DU CONCLAVE
17853 Créé: 2023-10-23
Permettre de fleurir le jardin du souvenir du cimetière
51 Créé: 2024-12-30
Sauvegarde/Réhabilitation du Collège Saint-Damien-de-Buckland
50 Créé: 2024-12-28
Maintenir la présence et l'accès aux médecins de garde sur tous nos territoires
242 Créé: 2024-12-03
Valorisation et reconnaissance des traducteurs·ices et interprètes jurées : nous avons besoin de plus
466 Créé: 2024-11-20
Pour le maintien de la coupure nocturne de l'éclairage public à Ottignies-Louvain-la-Neuve
144 Créé: 2024-11-07
Pour le congédiement de Mario Dumont de TVA/LCN/Qub/Québécor.
2414 Créé: 2024-12-13
Baisse des logements
43 Créé: 2024-12-28
NON AK MIZIK GANG YO
39 Créé: 2024-12-29
Pour un accès plus facile et en toute sécurité au Royal Primerose
309 Créé: 2024-12-12
Battons nous pour sauvez l émission TPMP presenté par Cyril Hanouna et la chaîne qui l'a produit C8
10025 Créé: 2024-09-20
Adaptation des horaires de bus aux nouveaux horaires CFF à la gare de Gorgier-St-Aubin
242 Créé: 2024-12-18
EXCLUSION DE LA SALLE DE MUSSIDAN NON JUSTIFIE
28 Créé: 2024-12-27
Pétition du Collectif Antenne-Relais Paucheville – 01/12/2024
192 Créé: 2024-12-11
NON au cribleur du Valboyou
194 Créé: 2024-12-18
Soutien Mathieu
86 Créé: 2024-12-24
Petitionenligne.net
Nous hébergeons gratuitement les pétitions en ligne. Créez une pétition professionnelle en ligne en utilisant notre service puissant ! Nos pétitions sont mentionnées tous les jours dans divers médias, alors créer une pétition est un excellent moyen de se faire remarquer par le public et par les décideurs.