NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza

Quoted post

Harimenshi

#126

2013-12-02 22:13

Umuhisi gahutu Rémy niwe yarirashe ati: ico duharanira tuzogishikako hanyuma duce twimaranira abatutsi barorera,none sivyo biriko biraba ubu mu Burundi,hari umututsi ariko aranigagura abahutu,igihugu ntituriko turagitabagura twenyene muntu ushigikiye intwaro ya Peter ,ukaba utabibona nuko amacakubiri yaguhumije,canke nuko uri muri ba mpemuke ndamuke ntakindi mbona kikubuza kubona

Réponses

Revolution

#148 Re:

2013-12-05 17:50:04

#126: Harimenshi -

Uvuze ukuri nkukurima. Abahutu twategerezwa kureka kukingira ikibaba abariko baronona igihugu ngo nuko dusangoye ubwoko canke umugambwe. CDD-FDD si mponoye hashobora kuboneka uwundi muhari wabashingantahe uteza imbere igihugu tukaronka natwe iteka mu mahanga..