NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza

Quoted post

TURARUSHE

#42

2013-11-26 09:13

Ahubwo niyaza hiyo muramutera amabuye; nico gisigaye. Ni ugusenga akatuvako par tous les moyens. C'est un génocidaire, un pilleur, un dictateur, etc. Dieu aura son âme un jour. Qu'il s'en aille dans l'enfer!

Réponses


Visiteur

#44 Re:

2013-11-26 09:22:18

#42: TURARUSHE -

burya weho uwoyagutera ntiyogufata kubera uri mutagatifu?

Urasenga iyo mana yawe urabe ariko imana nyayo twemera ntikorera kuma émotion nkayo.

Ngo Dieu aura son ame un jour!

Mbega burya uwiwawe uzokwanikirwa?

Hari igihe yokwakira gwawe imbere y'uwa Nkurunziza!

Hahahaaaaaaaaaaa


Visiteur

#48 Re:

2013-11-26 11:21:50

#42: TURARUSHE -

Aho uhenda izo mburakimazi zo hanze ngo zizomuteramabuye ni yaja hariya , wewe umwegereye ntiworimubanza aho uza gushuka abandi. urya ni kiturirwa muzicwa nintuntu